Select Page

Welcome to the VOH Radio's Website

VOH Radio is a professional and Community radio station that provides a valuable community service and is a trusted source information, music and entertainment that enhances the wellbeing, and personal resilience of people in the communities we serve.
The Purpose for which this radio station is created is:
1. To respond to the needs of the community.
2. To represent and promote the vision, mission, values and the work of ‘Further Hope, our founding organisation.
3. To provide the opportunity for people to contribute by sharing good ideas and advice which other people can learn from.
4. To create possibilities for local and international businesses and individuals to advertise their products and services and/or to make public announcements.
5. To foster and encourage participation by all members of the community regardless of their ethnicity, race, language, gender, sexuality, age, physical and mental ability, occupation, religious, cultural, or political beliefs.

ALL PROGRAMS ARE NOW DIFFUSED IN KIRUNDI & KINYARWANDA LANGUAGES

LISTEN ONLINE

Haracari Ivyizigiro

Ikiganiro Haracari Ivyizigiro mutegurirwa n’ Umukozi w’ Imana Peres Barinakandi mushobora kugikurikirana kuri Radio Ijwi ry’ Ivyizigiro minsi yose kuva kumunsi wa mbere gushika kumunsi wa gatanu Igihe c’ Isaha 18: 30

Umviriza ngaha

Niwowe Imana Ikeneye

Ikiganiro niwowe Imana ikeneye mutegurirwa n’ Umukozi w’ Imana …. mukagikurikirana kuri radiyo y’ ijwi ry’ ivyizgiro minsi yose kuva ku munsi wambere gushika kuwagatanu igihe c’ isaha 19:30

Umviriza ngaha

Gira ico ushikirije

Ikiganiro Gira ico ushikirije mutegurirwa na Jean Pierre mukagikurikirana kuri radiyo y’ ijwi ry’ ivyizgiro minsi yose ya Kane igihe c’ isaha 20:00. Murico kiganiro iradiyo y’ ijwi ry’ ivyizigiro izoza iha ijambo abatumire bagire ico bashikirije bivanye n’ ivyateguwe kuruyo munsi, hanyuma ihe n’ ijambo abo bose bavyifuza kugira ico bashikirije.

umviriza ngaha

Susuruka

Ikiganiro Susuruka mutegurirwa na radiyo y’ ijwi ry’ ivyizigiro mukagikurikirana minsi yose ya Gatandatu igihe c’ isaha 18:00. Ico kiganiro kikazoba kigizwe n’ urutonde rw’ indirimbo zigezweho kandi zicanze mu ntumbero yo kubafasha guhimbaza neza imanza muzoba mufise no kunogerwa na weekends. Ntimuze mucikwe.

umviriza ngaha

Bohoka

Ikiganiro Bohoka mutegurirwa n’ Umukozi w’ Imana Irene Ruhogo mushobora kugikurikirana kuri Radio Ijwi ry’ Ivyizigiro minsi yose kuva kumunsi wa mbere gushika kumunsi wa gatanu Igihe c’ Isaha 17: 30

Umviriza ngaha

Infatiro z' Imyizerere yacu

Ikiganiro Infatiro z’ Imyizerere yacu mutegurirwa n’ Umukozi w’ Imana Tharcisse Karegya mushobora kugikurikirana kuri Radio Ijwi ry’ Ivyizigiro minsi yose ku wambere, wagatatu no kuwa gatanu Igihe c’ Isaha 20:00

umviriza ngaha

Ikiganiro c' inkino n' Imico kama

Ikiganiro c’ Inkino n’ Imico kama kuri Radio y’ Ijwi ry’ ivyizigiro (VOH Radio) Mugiye kuza mugishikirizwa minsi yose ya Mbere. Amasaha n’ igihe ikiganiro kizotangurira tuzobibamenyesha mu minsi iri imbere.

umviririza ngaha

Ingo n' Imiryango

Ikiganiro c’ ingo n’ imiryango kuri Radio y’ Ijwi ry’ ivyizigiro (VOH Radio) Mugiye kuza mugishikirizwa minsi yose ya gatatu. Amasaha n’ igihe ikiganiro kizotangurira tuzobibamenyesha mu minsi iri imbere.

Umviriza ngaha

Indirimbo yakunzwe cane mur’iy’indwi. Yaririmbwe n’umunya Ethiopia kazi Abby Lakew

Would you like to support us?

You can support the VOH Radio by donating through Further Hope’s website. Please remember to mention the word ” VOH Radio” on the Order notes form.

Enter